Itanguriro 30:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Labani amwishura ati: «Ndakwinginze ugumane nanje! Ndabona ibimenyamenya* vy’uko Yehova ariko arampezagira kubera wewe.»
27 Labani amwishura ati: «Ndakwinginze ugumane nanje! Ndabona ibimenyamenya* vy’uko Yehova ariko arampezagira kubera wewe.»