Itanguriro 30:31 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 31 Labani amubaza ati: «None ndaguhe iki?» Yakobo amwishura ati: «Nta na kimwe! Niwangirira iki kintu kimwe, nzosubira kuragira ibitungwa vyawe nongere ndabirinde+.
31 Labani amubaza ati: «None ndaguhe iki?» Yakobo amwishura ati: «Nta na kimwe! Niwangirira iki kintu kimwe, nzosubira kuragira ibitungwa vyawe nongere ndabirinde+.