-
Itanguriro 30:37Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
37 Maze Yakobo afata inkoni zikiri mbisi z’igiti c’umuribeni, iz’igiti ca shakedi n’iz’igiti c’umwarumoni arazishishura uduce tumwetumwe, haca haboneka umutumba w’indani wera.
-