-
Itanguriro 30:38Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
38 Aca afata izo nkoni azishira imbere y’ibitungwa, mu migazo no mu mato binyweramwo, kugira bije kunywa amazi bice bishaka kwima biri imbere y’izo nkoni.
-