-
Itanguriro 30:40Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
40 Yakobo yaca afata izivutse akazishira ku ruhande, izisigaye zo mu busho bwa Labani agaca azihindukiza zikaraba iz’uturongorongo n’izisa n’ivu. Ibitungwa vyiwe yabigumiza ukwavyo, ntiyabivanga n’ivya Labani.
-