Itanguriro 31:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 31 Haciye igihe, Yakobo yumva ko abahungu ba Labani baza baravuga ngo: «Yakobo yaratwaye ibintu vyose vya data. Itunga afise ryose yarikuye mu bintu vya data+.»
31 Haciye igihe, Yakobo yumva ko abahungu ba Labani baza baravuga ngo: «Yakobo yaratwaye ibintu vyose vya data. Itunga afise ryose yarikuye mu bintu vya data+.»