Itanguriro 31:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 ababwira ati: «Ndabona ko so wanyu atakindaba neza+, ariko Imana ya data yagumanye nanje+.