Itanguriro 31:33 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 33 Nuko Labani yinjira mw’ihema rya Yakobo no mw’ihema rya Leya no mw’ihema rya ba basukukazi babiri+, mugabo ntiyazitora. Aca arasohoka mw’ihema rya Leya yinjira mw’ihema rya Rasheli.
33 Nuko Labani yinjira mw’ihema rya Yakobo no mw’ihema rya Leya no mw’ihema rya ba basukukazi babiri+, mugabo ntiyazitora. Aca arasohoka mw’ihema rya Leya yinjira mw’ihema rya Rasheli.