Itanguriro 31:39 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 39 Sinigeze ndakuzanira igitungwa catabaguwe n’igikoko+, ni je nemera kugihomba. Hagize icibwa ku murango canke mw’ijoro, waruhuka ndakikwishuye.
39 Sinigeze ndakuzanira igitungwa catabaguwe n’igikoko+, ni je nemera kugihomba. Hagize icibwa ku murango canke mw’ijoro, waruhuka ndakikwishuye.