Itanguriro 32:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Mu nyuma, izo ntumwa zigaruka aho Yakobo ari zimubwira ziti: «Twarabonanye na mwenewanyu Esawu. Ariko araza guhura nawe, kandi ari kumwe n’abagabo 400+.»
6 Mu nyuma, izo ntumwa zigaruka aho Yakobo ari zimubwira ziti: «Twarabonanye na mwenewanyu Esawu. Ariko araza guhura nawe, kandi ari kumwe n’abagabo 400+.»