Itanguriro 32:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Yakobo aca arasenga ati: «Ewe Mana ya sokuru Aburahamu n’Imana ya dawe Izahaki, ewe Yehova, wewe wambwiye ngo: “Subira mu gihugu cawe no mu ncuti zawe nanje nzokugirira neza+.”
9 Yakobo aca arasenga ati: «Ewe Mana ya sokuru Aburahamu n’Imana ya dawe Izahaki, ewe Yehova, wewe wambwiye ngo: “Subira mu gihugu cawe no mu ncuti zawe nanje nzokugirira neza+.”