Itanguriro 32:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Jewe umusavyi wawe sinari mbereye ubuntu* bwose wangiriye n’ukuntu utigeze umpemukira+. Najabutse uru ruzi Yorodani mfise inkoni yanje gusa, ariko raba ubu naragwiriye ku buryo nshobora kuvamwo imigwi ibiri+.
10 Jewe umusavyi wawe sinari mbereye ubuntu* bwose wangiriye n’ukuntu utigeze umpemukira+. Najabutse uru ruzi Yorodani mfise inkoni yanje gusa, ariko raba ubu naragwiriye ku buryo nshobora kuvamwo imigwi ibiri+.