Itanguriro 4:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Kayini aca ava imbere ya Yehova, aja kuba mu gihugu c’ubuhungiro* mu buseruko bwa Edeni+.