Itanguriro 4:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Inyuma y’aho, Kayini aryamana n’umugore wiwe+. Nuko asama inda maze avyara Henoki. Kayini araheza yubaka igisagara maze acita izina ry’umuhungu wiwe Henoki. Itanguriro Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 4:17 Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),8/2016, rup. 10 Umunara w’Inderetsi,1/9/2010, rup. 251/1/2004, rup. 29
17 Inyuma y’aho, Kayini aryamana n’umugore wiwe+. Nuko asama inda maze avyara Henoki. Kayini araheza yubaka igisagara maze acita izina ry’umuhungu wiwe Henoki.
4:17 Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),8/2016, rup. 10 Umunara w’Inderetsi,1/9/2010, rup. 251/1/2004, rup. 29