Itanguriro 33:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Esawu abonye abo bagore n’abana, aca amubaza ati: «Abo muri kumwe ni bande?» Yakobo amwishura ati: «Ni abana Imana yahaye umusavyi wawe kubera ubuntu bwayo+.»
5 Esawu abonye abo bagore n’abana, aca amubaza ati: «Abo muri kumwe ni bande?» Yakobo amwishura ati: «Ni abana Imana yahaye umusavyi wawe kubera ubuntu bwayo+.»