Itanguriro 33:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Leya na we nyene yegera imbere ari kumwe n’abana biwe maze barunama. Hanyuma Yozefu yegera imbere ari kumwe na Rasheli, na bo nyene barunama+.
7 Leya na we nyene yegera imbere ari kumwe n’abana biwe maze barunama. Hanyuma Yozefu yegera imbere ari kumwe na Rasheli, na bo nyene barunama+.