Itanguriro 33:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Ndakwinginze wakire ingabire* ndakuzaniye+ kuko Imana yangiriye ubuntu, nkaba mfise ivyo nkeneye vyose+.» Aguma amwinginga ku buryo yakira iyo ngabire.
11 Ndakwinginze wakire ingabire* ndakuzaniye+ kuko Imana yangiriye ubuntu, nkaba mfise ivyo nkeneye vyose+.» Aguma amwinginga ku buryo yakira iyo ngabire.