-
Itanguriro 33:15Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
15 Esawu aca amubwira ati: «Reka ngusigire bamwe mu bantu banje.» Yakobo amwishura ati: «Kuki wirirwa urabasiga? Igihambaye ni uko databuja yangiriye ubuntu.»
-