Itanguriro 33:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Yakobo aca aja i Sukoti*+, araheza ahubaka inzu yiwe n’impongore z’ibitungwa vyiwe. Ni co gituma aho hantu yahise Sukoti.
17 Yakobo aca aja i Sukoti*+, araheza ahubaka inzu yiwe n’impongore z’ibitungwa vyiwe. Ni co gituma aho hantu yahise Sukoti.