Itanguriro 34:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 34 Dina, umukobwa Yakobo yavyaye kuri Leya+, yari afise akamenyero ko kuja guteramana* n’abakobwa bo muri ico gihugu+.
34 Dina, umukobwa Yakobo yavyaye kuri Leya+, yari afise akamenyero ko kuja guteramana* n’abakobwa bo muri ico gihugu+.