Kuvayo 1:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Mugabo uko barushiriza kubacinyiza, ni ko barushiriza kugwira kandi ni ko barushiriza gukwiragira mu gihugu. Abanyamisiri baca batekerwa n’ubwoba kubera Abisirayeli bongera barabanka cane+.
12 Mugabo uko barushiriza kubacinyiza, ni ko barushiriza kugwira kandi ni ko barushiriza gukwiragira mu gihugu. Abanyamisiri baca batekerwa n’ubwoba kubera Abisirayeli bongera barabanka cane+.