Kuvayo 1:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Abategeka ati: «Igihe mufasha Abaheburayokazi kwibaruka+, mukabona bari ku gatebe bibarukirako, muze murabe neza umwana avutse. Musanze ari umuhungu muce mumwica, ariko musanze ari umukobwa mumureke abandanye kubaho.»
16 Abategeka ati: «Igihe mufasha Abaheburayokazi kwibaruka+, mukabona bari ku gatebe bibarukirako, muze murabe neza umwana avutse. Musanze ari umuhungu muce mumwica, ariko musanze ari umukobwa mumureke abandanye kubaho.»