Kuvayo 1:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Mugabo kubera yuko abo bakirizi batinya Imana y’ukuri, ntibakoze ivyo umwami wa Misiri yari yabategetse. Ntibigeze bica+ abana b’abahungu. Kuvayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 1:17 Umunara w’Inderetsi,1/11/2003, rup. 8-9
17 Mugabo kubera yuko abo bakirizi batinya Imana y’ukuri, ntibakoze ivyo umwami wa Misiri yari yabategetse. Ntibigeze bica+ abana b’abahungu.