Kuvayo 2:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Uwo mugore araheza asama inda, avyara umuhungu. Abonye ukuntu yari mwiza, aca amara amezi atatu amunyegeje+. Kuvayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 2:2 Umunara w’Inderetsi,1/5/1997, rup. 14
2 Uwo mugore araheza asama inda, avyara umuhungu. Abonye ukuntu yari mwiza, aca amara amezi atatu amunyegeje+.