Kuvayo 2:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Haciye akanya, umukobwa wa Farawo amanuka kwoga mu ruzi Nili, kandi abasukukazi biwe bariko bagendagenda ku nkombe y’urwo ruzi. Hanyuma abona ya kapo hagati mu marenga, aca arungika umusukukazi wiwe kuyitora+. Kuvayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 2:5 Umunara w’Inderetsi,1/5/1997, rup. 14
5 Haciye akanya, umukobwa wa Farawo amanuka kwoga mu ruzi Nili, kandi abasukukazi biwe bariko bagendagenda ku nkombe y’urwo ruzi. Hanyuma abona ya kapo hagati mu marenga, aca arungika umusukukazi wiwe kuyitora+.