Kuvayo 2:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Mushiki w’uwo mwana aca abaza umukobwa wa Farawo ati: «Ngende kuguhamagarira umugore* w’Umuheburayokazi kugira akwonkereze uwo mwana?»
7 Mushiki w’uwo mwana aca abaza umukobwa wa Farawo ati: «Ngende kuguhamagarira umugore* w’Umuheburayokazi kugira akwonkereze uwo mwana?»