Kuvayo 2:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Umukobwa wa Farawo amwishura ati: «Genda!» Uwo mwigeme aca aragenda, ahamagara nyina w’uwo mwana+.