Kuvayo 2:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Musa amaze gukura*, umusi umwe aja kuraba benewabo maze abona ibikorwa biruhisha bariko barakora+. Abona kandi Umunyamisiri yariko akubita Umuheburayo mwenewabo.
11 Musa amaze gukura*, umusi umwe aja kuraba benewabo maze abona ibikorwa biruhisha bariko barakora+. Abona kandi Umunyamisiri yariko akubita Umuheburayo mwenewabo.