Kuvayo 2:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Mu nyuma Farawo yumva ivyari vyabaye, aca arondera kwica Musa. Musa aca arahunga, aja kuba mu gihugu ca Midiyani+. Amaze gushikayo, aca yicara iruhande y’ikinogo c’amazi.
15 Mu nyuma Farawo yumva ivyari vyabaye, aca arondera kwica Musa. Musa aca arahunga, aja kuba mu gihugu ca Midiyani+. Amaze gushikayo, aca yicara iruhande y’ikinogo c’amazi.