Kuvayo 2:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Ariko nk’uko bisanzwe, abungere baraza barabirukana. Musa aca arahaguruka arabatabara* yongera aha amazi ibitungwa vyabo.
17 Ariko nk’uko bisanzwe, abungere baraza barabirukana. Musa aca arahaguruka arabatabara* yongera aha amazi ibitungwa vyabo.