Kuvayo 2:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Haheze igihe kirekire, umwami wa Misiri arapfa+ ariko Abisirayeli babandanya kuboroga no kurira kubera ibikorwa vy’abashumba. Ugutabaza kwabo kuguma kuduga ku Mana y’ukuri+.
23 Haheze igihe kirekire, umwami wa Misiri arapfa+ ariko Abisirayeli babandanya kuboroga no kurira kubera ibikorwa vy’abashumba. Ugutabaza kwabo kuguma kuduga ku Mana y’ukuri+.