Kuvayo 3:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Ibandanya kumubwira iti: «Ndi Imana ya so wawe, Imana ya Aburahamu+, Imana ya Izahaki+ n’Imana ya Yakobo+.» Musa aca yipfuka mu maso, kuko yatinya kuraba Imana y’ukuri. Kuvayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 3:6 Umunara w’Inderetsi,1/5/2005, rup. 13
6 Ibandanya kumubwira iti: «Ndi Imana ya so wawe, Imana ya Aburahamu+, Imana ya Izahaki+ n’Imana ya Yakobo+.» Musa aca yipfuka mu maso, kuko yatinya kuraba Imana y’ukuri.