Kuvayo 4:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Yehova amubwira kandi ati: «Injiza ukuboko kwawe aho hantu impuzu yawe ikunjiye* mu gikiriza.» Aca arakwinjizayo. Agize ngo aragukurayo, asanga kwafashwe n’imibembe, gusigaye kwera derere*+!
6 Yehova amubwira kandi ati: «Injiza ukuboko kwawe aho hantu impuzu yawe ikunjiye* mu gikiriza.» Aca arakwinjizayo. Agize ngo aragukurayo, asanga kwafashwe n’imibembe, gusigaye kwera derere*+!