Kuvayo 4:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Musa aca asubira kwa sebukwe Yetiro+, amubwira ati: «Ndagusavye undeke nsubire mu Misiri kuraba benewacu, ndabe ko bakiriho.» Yetiro amwishura ati: «Genda amahoro.»
18 Musa aca asubira kwa sebukwe Yetiro+, amubwira ati: «Ndagusavye undeke nsubire mu Misiri kuraba benewacu, ndabe ko bakiriho.» Yetiro amwishura ati: «Genda amahoro.»