Kuvayo 5:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Maze bababwira bati: «Yehova narabe ivyo mwadukoreye abacire urubanza, kuko mwatumye Farawo n’abasuku biwe batwanka urunuka, kandi mwashize inkota mu maboko yabo kugira batwice+.»
21 Maze bababwira bati: «Yehova narabe ivyo mwadukoreye abacire urubanza, kuko mwatumye Farawo n’abasuku biwe batwanka urunuka, kandi mwashize inkota mu maboko yabo kugira batwice+.»