Kuvayo 6:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Ariko Musa yishura Yehova ati: «Raba n’Abisirayeli banse kunyumviriza+! None Farawo yonyumviriza gute n’ingene ntazi kuvuga neza+?» Kuvayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 6:12 Umunara w’Inderetsi,15/12/2015, rup. 15
12 Ariko Musa yishura Yehova ati: «Raba n’Abisirayeli banse kunyumviriza+! None Farawo yonyumviriza gute n’ingene ntazi kuvuga neza+?»