Kuvayo 7:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Yehova aca abwira Musa ati: «Farawo ni intumva+. Yanse kurekura abantu banje.