Kuvayo 7:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Yehova rero avuze ati: ‘Iki ni co kizokwereka ko ndi Yehova+: ngira nkubite uruzi Nili iyi nkoni iri mu kuboko kwanje, kandi amazi yarwo azoca ahinduka amaraso.
17 Yehova rero avuze ati: ‘Iki ni co kizokwereka ko ndi Yehova+: ngira nkubite uruzi Nili iyi nkoni iri mu kuboko kwanje, kandi amazi yarwo azoca ahinduka amaraso.