-
Kuvayo 8:9Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
9 Musa abwira Farawo ati: «Mbwira rero umusi notakambira Imana kugira igukureko ivyo bikere mwe n’abasuku bawe n’abantu bawe, be no mu mazu yanyu. Bizosigara mu ruzi Nili gusa.»
-