Kuvayo 8:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Musa na Aroni baca bava kwa Farawo, maze Musa atakambira Yehova kugira akureho ibikere yari yateje Farawo+.
12 Musa na Aroni baca bava kwa Farawo, maze Musa atakambira Yehova kugira akureho ibikere yari yateje Farawo+.