Kuvayo 8:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Abo baherezi bakora ivy’amageza baca babwira Farawo bati: «Ni urutoke rw’Imana+!» Ariko Farawo abandanya gukomantaza umutima wiwe, ntiyabumviriza nk’uko Yehova yari yabivuze.
19 Abo baherezi bakora ivy’amageza baca babwira Farawo bati: «Ni urutoke rw’Imana+!» Ariko Farawo abandanya gukomantaza umutima wiwe, ntiyabumviriza nk’uko Yehova yari yabivuze.