Kuvayo 8:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Yehova aca abigenza ukwo nyene. Imigwi mininiminini y’ibibugu itangura gushwara mu nzu ya Farawo, mu mazu y’abasuku biwe no mu gihugu cose ca Misiri+. Igihugu kirayogera kubera ivyo bibugu+.
24 Yehova aca abigenza ukwo nyene. Imigwi mininiminini y’ibibugu itangura gushwara mu nzu ya Farawo, mu mazu y’abasuku biwe no mu gihugu cose ca Misiri+. Igihugu kirayogera kubera ivyo bibugu+.