Kuvayo 9:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Baca batora umunyota wo mw’ifuru* maze bahagarara imbere ya Farawo. Musa araheza awuterera mu kirere, uca uhinduka ibihute bituragurika ku bantu no ku bitungwa.
10 Baca batora umunyota wo mw’ifuru* maze bahagarara imbere ya Farawo. Musa araheza awuterera mu kirere, uca uhinduka ibihute bituragurika ku bantu no ku bitungwa.