Kuvayo 9:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Maze Yehova abwira Musa ati: «Ramvura ukuboko kwawe ukwerekeza mw’ijuru kugira urubura rugwe ku gihugu cose ca Misiri+, ku bantu, ku bikoko no ku vyatsi vyose vyo mu gahinga+.»
22 Maze Yehova abwira Musa ati: «Ramvura ukuboko kwawe ukwerekeza mw’ijuru kugira urubura rugwe ku gihugu cose ca Misiri+, ku bantu, ku bikoko no ku vyatsi vyose vyo mu gahinga+.»