Kuvayo 9:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Musa aca aramvura inkoni yiwe ayerekeza mw’ijuru. Yehova aca arungika imituragaro n’urubura, umuriro* na wo ukorokera kw’isi. Yehova aguma agwisha urubura ku gihugu ca Misiri.
23 Musa aca aramvura inkoni yiwe ayerekeza mw’ijuru. Yehova aca arungika imituragaro n’urubura, umuriro* na wo ukorokera kw’isi. Yehova aguma agwisha urubura ku gihugu ca Misiri.