Kuvayo 10:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Abasuku ba Farawo baca bamubwira bati: «Uyu mugabo azotubangamira* gushika ryari? Rekura abo bantu baje gusenga Yehova Imana yabo. Aho nturabona ko igihugu ca Misiri cayogeye?»
7 Abasuku ba Farawo baca bamubwira bati: «Uyu mugabo azotubangamira* gushika ryari? Rekura abo bantu baje gusenga Yehova Imana yabo. Aho nturabona ko igihugu ca Misiri cayogeye?»