Kuvayo 10:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Musa amwishura ati: «Tuzojana n’urwaruka rwacu hamwe n’abageze mu zabukuru, abahungu bacu n’abakobwa bacu. Tuzojana kandi n’intama zacu n’inka zacu+ kuko dufise umusi mukuru wa Yehova+.»
9 Musa amwishura ati: «Tuzojana n’urwaruka rwacu hamwe n’abageze mu zabukuru, abahungu bacu n’abakobwa bacu. Tuzojana kandi n’intama zacu n’inka zacu+ kuko dufise umusi mukuru wa Yehova+.»