Kuvayo 10:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Farawo ababwira ati: «Nkagenda ndabaretse ngo mujane n’abana banyu, muzoce mumenya ko Yehova ari kumwe namwe+! Biraboneka ko hari ikintu kibi mushaka gukora.
10 Farawo ababwira ati: «Nkagenda ndabaretse ngo mujane n’abana banyu, muzoce mumenya ko Yehova ari kumwe namwe+! Biraboneka ko hari ikintu kibi mushaka gukora.