Kuvayo 11:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Maze Yehova abwira Musa ati: «Ngira nteze ikindi cago Farawo na Misiri. Inyuma y’aho azoca abarekura mugende+. Kandi ntazobarekura gusa, ahubwo azobirukana+.
11 Maze Yehova abwira Musa ati: «Ngira nteze ikindi cago Farawo na Misiri. Inyuma y’aho azoca abarekura mugende+. Kandi ntazobarekura gusa, ahubwo azobirukana+.