Kuvayo 12:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Baze batore amaraso makeyi bayasige ku bishimaryango uko ari bibiri no ku gice co hejuru c’umuryango w’inzu bazoriramwo uwo mwagazi+.
7 Baze batore amaraso makeyi bayasige ku bishimaryango uko ari bibiri no ku gice co hejuru c’umuryango w’inzu bazoriramwo uwo mwagazi+.